Imigani 11:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Ivyamwa vy’umugororotsi ni igiti c’ubuzima+, kandi uwigarurira imitima ni inkerebutsi+. Ivyakozwe 20:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Mugabo nashinze intahe inogangije+ ku Bayuda no ku Bagiriki yerekeye ukwigaya+ ku Mana n’ukwizera Umukama wacu Yezu. Ivyakozwe 26:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 mugabo mpereye ku bantu b’i Damasiko+ no ku b’i Yeruzalemu+, no ku gihugu cose ca Yudaya, no ku mahanga+, nagenda njana ubutumwa bw’uko bakwiye kwigaya, bagahindukirira Imana mu gukora ibikorwa bikwiranye n’ukwigaya+. Yakobo 5:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 mumenye yuko uwugaruye umucumuzi akava mu buzimire+ bw’inzira yiwe azokiza ubuzima bwiwe urupfu+ kandi azopfuka ibicumuro indiri+.
21 Mugabo nashinze intahe inogangije+ ku Bayuda no ku Bagiriki yerekeye ukwigaya+ ku Mana n’ukwizera Umukama wacu Yezu.
20 mugabo mpereye ku bantu b’i Damasiko+ no ku b’i Yeruzalemu+, no ku gihugu cose ca Yudaya, no ku mahanga+, nagenda njana ubutumwa bw’uko bakwiye kwigaya, bagahindukirira Imana mu gukora ibikorwa bikwiranye n’ukwigaya+.
20 mumenye yuko uwugaruye umucumuzi akava mu buzimire+ bw’inzira yiwe azokiza ubuzima bwiwe urupfu+ kandi azopfuka ibicumuro indiri+.