Imigani 14:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Icabona c’ukuri kirarokora ubuzima bw’abantu+, mugabo icabona c’ubuhendanyi gisuka ibinyoma gusa+. Daniyeli 12:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Kandi abafise ugutahura kwimbitse bazokayangana nk’ukwakaka kw’ikirere+, abazana benshi ku bugororotsi+ na bo bakayangane nk’inyenyeri gushika igihe kitagira urugero, emwe, ibihe bidahera. Matayo 4:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Hanyuma ababwira ati: “Nimunkurikire, nanje nzobagira abarovyi b’abantu+.” Abaroma 10:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ariko none, bazokwambaza gute uwo batizeye+? Kandi bazokwizera gute uwo batumvise ivyiwe? Kandi bazokwumva gute ata wamamaza+? 1 Abakorinto 9:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ku Bayuda rero nacitse nk’Umuyuda+, kugira ndonke Abayuda; ku bagabwa n’itegeko nacitse nk’uwugabwa n’itegeko+, naho jewe ubwanje ntagabwa n’itegeko+, kugira ndonke abagabwa n’itegeko. Yakobo 5:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 mumenye yuko uwugaruye umucumuzi akava mu buzimire+ bw’inzira yiwe azokiza ubuzima bwiwe urupfu+ kandi azopfuka ibicumuro indiri+.
25 Icabona c’ukuri kirarokora ubuzima bw’abantu+, mugabo icabona c’ubuhendanyi gisuka ibinyoma gusa+.
3 “Kandi abafise ugutahura kwimbitse bazokayangana nk’ukwakaka kw’ikirere+, abazana benshi ku bugororotsi+ na bo bakayangane nk’inyenyeri gushika igihe kitagira urugero, emwe, ibihe bidahera.
14 Ariko none, bazokwambaza gute uwo batizeye+? Kandi bazokwizera gute uwo batumvise ivyiwe? Kandi bazokwumva gute ata wamamaza+?
20 Ku Bayuda rero nacitse nk’Umuyuda+, kugira ndonke Abayuda; ku bagabwa n’itegeko nacitse nk’uwugabwa n’itegeko+, naho jewe ubwanje ntagabwa n’itegeko+, kugira ndonke abagabwa n’itegeko.
20 mumenye yuko uwugaruye umucumuzi akava mu buzimire+ bw’inzira yiwe azokiza ubuzima bwiwe urupfu+ kandi azopfuka ibicumuro indiri+.