Imigani 14:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Icabona cizigirwa ntikizobesha+, mugabo icabona c’ikinyoma gisuka ibinyoma gusa+. 1 Timoteyo 4:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 bivuye ku bwiyorobetsi bw’abantu bavuga ibinyoma+, mw’ijwi ryabo ryo mu mutima+ bakaba bameze nk’abokeshejwe icuma kirungurije; 2 Timoteyo 2:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Abo bantu nyene barataye ukuri+, bavuga ko izuka rimaze kuba+; kandi bariko baratembagaza ukwizera kwa bamwe+.
2 bivuye ku bwiyorobetsi bw’abantu bavuga ibinyoma+, mw’ijwi ryabo ryo mu mutima+ bakaba bameze nk’abokeshejwe icuma kirungurije;
18 Abo bantu nyene barataye ukuri+, bavuga ko izuka rimaze kuba+; kandi bariko baratembagaza ukwizera kwa bamwe+.