1 Abami 4:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nayo Salomo, yari umutware aganza ubwami bwose, kuva kuri rwa Ruzi+ gushika mu gihugu c’Abafilisitiya no gushika ku rubibe rwa Misiri. Barazanira Salomo ingabirano bakongera bakamukorera mu misi yose y’ubuzima bwiwe+. Abafilipi 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 kugira ngo mw’izina rya Yezu ivi ryose ripfunywe, ry’abari mw’ijuru n’abari kw’isi n’abari munsi y’ivu+,
21 Nayo Salomo, yari umutware aganza ubwami bwose, kuva kuri rwa Ruzi+ gushika mu gihugu c’Abafilisitiya no gushika ku rubibe rwa Misiri. Barazanira Salomo ingabirano bakongera bakamukorera mu misi yose y’ubuzima bwiwe+.
10 kugira ngo mw’izina rya Yezu ivi ryose ripfunywe, ry’abari mw’ijuru n’abari kw’isi n’abari munsi y’ivu+,