Zaburi 52:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Amarushwa ni yo mugambi ururimi rwawe rutegura, rukarihije nk’urumosho+,Rugakorana ubuhendanyi+. Imigani 18:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Akanwa k’ikijuju ni ko gatikizo kaco+, kandi iminwa yaco ibera umutego ubuzima bwaco+.