Imigani 9:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Uwukosora umushinyaguzi aba yikwegeye agateterwe+, kandi uwukangira umuntu w’umubisha, agira agahonzi+. Amosi 5:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “‘Mw’irembo baranse uwukangīra+, banka urunuka uwuvuga ibitagira akanenge+. Yohani 3:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kuko uwuza arakora ibintu vy’agahomerabunwa+ yanka umuco, kandi ntaza ku muco, kugira ngo ibikorwa vyiwe ntibikangirwe+. Yohani 7:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Isi nta mpamvu ifise yo kubanka, mugabo jewe iranyanka, kuko nshinga intahe ku biyerekeye yuko ibikorwa vyayo ari bibi+.
7 Uwukosora umushinyaguzi aba yikwegeye agateterwe+, kandi uwukangira umuntu w’umubisha, agira agahonzi+.
20 Kuko uwuza arakora ibintu vy’agahomerabunwa+ yanka umuco, kandi ntaza ku muco, kugira ngo ibikorwa vyiwe ntibikangirwe+.
7 Isi nta mpamvu ifise yo kubanka, mugabo jewe iranyanka, kuko nshinga intahe ku biyerekeye yuko ibikorwa vyayo ari bibi+.