Yohani 3:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Iri rero ni ryo shingiro ryo guca urubanza: ni uko umuco+ waje mw’isi+ mugabo abantu bagakunda umwiza aho gukunda umuco+, kuko ibikorwa vyabo vyari bibi. Yohani 15:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Iyo muba ab’isi, isi yokunze cane icayo+. Ariko kubera ko mutari ab’isi+, mugabo nkaba nabatoye mw’isi, ni co gituma isi ibanka+.
19 Iri rero ni ryo shingiro ryo guca urubanza: ni uko umuco+ waje mw’isi+ mugabo abantu bagakunda umwiza aho gukunda umuco+, kuko ibikorwa vyabo vyari bibi.
19 Iyo muba ab’isi, isi yokunze cane icayo+. Ariko kubera ko mutari ab’isi+, mugabo nkaba nabatoye mw’isi, ni co gituma isi ibanka+.