Imigani 12:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Umuntu arahaga ivyiza bivuye ku vyamwa vy’akanwa kiwe+, kandi ico amaboko y’umuntu akora kizomugarukako+. Imigani 16:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Iminwa y’ubugororotsi irahimbara umwami ahambaye+; kandi akunda uwuvuga ibigororotse+. Abanyefeso 4:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Ntihagire ijambo riboze riva mu kanwa kanyu+, ahubwo havemwo ijambo ryose ryiza ryo kwubaka uko bikenewe, kugira ngo rihe ivyiza abaryumva+.
14 Umuntu arahaga ivyiza bivuye ku vyamwa vy’akanwa kiwe+, kandi ico amaboko y’umuntu akora kizomugarukako+.
29 Ntihagire ijambo riboze riva mu kanwa kanyu+, ahubwo havemwo ijambo ryose ryiza ryo kwubaka uko bikenewe, kugira ngo rihe ivyiza abaryumva+.