1 Abami 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 ehe nzokugirira koko nk’uko amajambo yawe ari+. Ehe nzoguha koko umutima ukerebutse kandi utahura+, ku buryo imbere yawe ata wuzoba yarabayeho ameze nkawe, kandi mu nyuma zawe ata wuzohaguruka ameze nkawe+. Imigani 4:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ubukerebutsi ni co kintu nyamukuru+. Niwironse ubukerebutsi; kandi hamwe n’ivyo wironsa vyose, niwironse ubwenge+. Abaroma 16:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kuko ubugamburutsi bwanyu bwamenyekanye kuri bose+. Ndanezerwa rero kubera mwebwe. Mugabo nshaka yuko muba inkerebutsi+ ku bijanye n’iciza, mugabo mukaba intungane+ ku bijanye n’ikibi+.
12 ehe nzokugirira koko nk’uko amajambo yawe ari+. Ehe nzoguha koko umutima ukerebutse kandi utahura+, ku buryo imbere yawe ata wuzoba yarabayeho ameze nkawe, kandi mu nyuma zawe ata wuzohaguruka ameze nkawe+.
7 Ubukerebutsi ni co kintu nyamukuru+. Niwironse ubukerebutsi; kandi hamwe n’ivyo wironsa vyose, niwironse ubwenge+.
19 Kuko ubugamburutsi bwanyu bwamenyekanye kuri bose+. Ndanezerwa rero kubera mwebwe. Mugabo nshaka yuko muba inkerebutsi+ ku bijanye n’iciza, mugabo mukaba intungane+ ku bijanye n’ikibi+.