ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 23:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 “Uraguma uzibukiriye ijambo ry’ikinyoma+. Kandi ntiwice intungane n’umugororotsi, kuko ntazokwita umubisha umugororotsi+.

  • Gusubira mu vyagezwe 25:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 “Nihaduka amatati hagati y’abantu+, hanyuma bakarenguka gucirwa urubanza+, baze babacire urubanza, umugororotsi bavuge ko ari umugororotsi, umubisha na we ko ari umubisha+.

  • 1 Abami 8:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 wewe ubwawe uze wumve rero uri mu majuru, maze ugire ico ukoze, ucire urubanza abasavyi bawe mu kuvuga ko umubisha ari umubisha, mu gushira inzira yiwe ku mutwe wiwe+, no mu kuvuga ko umugororotsi agororotse+ mu kumuha nk’uko ubugororotsi+ bwiwe bwite buri.

  • Yesaya 5:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 abita umubisha umugororotsi kubera igiturire+, bagakura n’ubugororotsi bw’umugororotsi kuri we+!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika