2 Samweli 16:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ibi ni vyo Shimeyi yavuga uko yahamagarira akabi ku mwami: “Sohoka, sohoka, wa mugabo yagirwa n’amaraso+ kandi w’imburakimazi+! Yobu 34:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Mbega umuntu yobwira umwami ngo: ‘Uri imburakimazi’?Akabwira abanyacubahiro ngo: ‘Muri ababisha+’?
7 Ibi ni vyo Shimeyi yavuga uko yahamagarira akabi ku mwami: “Sohoka, sohoka, wa mugabo yagirwa n’amaraso+ kandi w’imburakimazi+!
18 Mbega umuntu yobwira umwami ngo: ‘Uri imburakimazi’?Akabwira abanyacubahiro ngo: ‘Muri ababisha+’?