ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 33:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 None bizomenyekanira ku ki yuko nagize ubutoni mu maso yawe, jewe n’abantu bawe? Mbega si uko ujana natwe+, kuko jewe n’abantu bawe twagizwe abatandukanye n’abandi bantu bose bari ku buringanire bw’ubutaka+?”

  • Abaroma 14:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Nkako, nta n’umwe muri twebwe abaho ku bwiwe gusa+, kandi nta n’umwe apfa ku bwiwe gusa;

  • Abaheburayo 10:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 tudaheba kwa gukoranira hamwe kwacu+, nk’uko bamwe babimenyereye, mugabo turemeshanya+, kandi birushirize kumera gutyo uko mubona wa musi wegereza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika