1 Abami 21:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mugabo muri ayo makete yandika ati+: “Nimutangaze ukwisonzesha maze mwicarike Naboti imbere y’abantu. Yesaya 5:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 abita umubisha umugororotsi kubera igiturire+, bagakura n’ubugororotsi bw’umugororotsi kuri we+!
9 Mugabo muri ayo makete yandika ati+: “Nimutangaze ukwisonzesha maze mwicarike Naboti imbere y’abantu.