Itanguriro 29:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Yakobo akora imyaka indwi ngo aze ahabwe Rasheli+, mugabo mu maso yiwe iba nk’imisi mikeya kubera urukundo yamukunda+. Imigani 19:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Intoranwa iva kuri ba se b’abantu ni inzu be n’ubutunzi+, mugabo umugore w’ubwenge ava kuri Yehova+.
20 Yakobo akora imyaka indwi ngo aze ahabwe Rasheli+, mugabo mu maso yiwe iba nk’imisi mikeya kubera urukundo yamukunda+.
14 Intoranwa iva kuri ba se b’abantu ni inzu be n’ubutunzi+, mugabo umugore w’ubwenge ava kuri Yehova+.