ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 24:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Ibi ni vyo biri bushike: umwigeme nza kubwira nti: ‘Ndakwinginze wururutse umubindi wawe w’amazi kugira nywe,’ maze akavuga koko ati: ‘Nunywe, kandi ndanavomera n’ingamiya zawe,’ uwo ni we uri bugenere umusavyi wawe+ Izahaki; kandi biciye kuri ivyo umenyeshe yuko wagiriye urukundo rudahemuka databuja+.”

  • Itanguriro 28:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Haguruka, ugende i Padani-aramu ku nzu ya Betuweli se wa nyoko wawe, urondere umugore mu bakobwa ba Labani musaza wa nyoko wawe+.

  • Imigani 18:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Hari uwaronse umugore mwiza+? Yaronse ikintu ciza+, kandi aronka ubutoni bwa Yehova+.

  • Imigani 31:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Umugore abishoboye, ni nde yomuronka+? Agaciro kiwe karuta kure n’iyo ak’amabuye y’agaciro yitwa korali.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika