Rusi 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ubu rero ga mukobwa wanje, ntutinye. Ivyo uvuga vyose ndabigukorera+, kuko bose mu gisagara* c’abantu banje bazi yuko uri umugore w’agahebuza+. Imigani 12:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Umugore abishoboye ni urugori kuri inawe+, mugabo uwukora ivy’akamaramaza ni nk’ububore mu magufa ya inawe+. Imigani 19:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Intoranwa iva kuri ba se b’abantu ni inzu be n’ubutunzi+, mugabo umugore w’ubwenge ava kuri Yehova+.
11 Ubu rero ga mukobwa wanje, ntutinye. Ivyo uvuga vyose ndabigukorera+, kuko bose mu gisagara* c’abantu banje bazi yuko uri umugore w’agahebuza+.
4 Umugore abishoboye ni urugori kuri inawe+, mugabo uwukora ivy’akamaramaza ni nk’ububore mu magufa ya inawe+.
14 Intoranwa iva kuri ba se b’abantu ni inzu be n’ubutunzi+, mugabo umugore w’ubwenge ava kuri Yehova+.