Imigani 18:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Hari uwaronse umugore mwiza+? Yaronse ikintu ciza+, kandi aronka ubutoni bwa Yehova+. Imigani 19:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Intoranwa iva kuri ba se b’abantu ni inzu be n’ubutunzi+, mugabo umugore w’ubwenge ava kuri Yehova+. 1 Abakorinto 11:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko umugabo atabwirizwa kwitwikira umutwe, kubera ari ishusho+ n’ubuninahazwa+ vy’Imana; mugabo umugore ni ubuninahazwa bw’umugabo+.
14 Intoranwa iva kuri ba se b’abantu ni inzu be n’ubutunzi+, mugabo umugore w’ubwenge ava kuri Yehova+.
7 Kuko umugabo atabwirizwa kwitwikira umutwe, kubera ari ishusho+ n’ubuninahazwa+ vy’Imana; mugabo umugore ni ubuninahazwa bw’umugabo+.