Hoseya 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Abantu banje bazonumishwa koko, kuko ata bumenyi buhari+. Ko wewe wataye ubumenyi+, nanje nzoguta ntiwongere kumbera umuherezi+; ko uguma wibagira itegeko ry’Imana yawe+, nanje rero nzokwibagira abana bawe+. Yohani 16:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mugabo bazogira ivyo bintu kubera ko batamenye Data canke jewe+. Abaroma 10:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko ndabashingira intahe yuko bafitiye Imana umwete+; mugabo si mu bumenyi butagira amakosa+;
6 Abantu banje bazonumishwa koko, kuko ata bumenyi buhari+. Ko wewe wataye ubumenyi+, nanje nzoguta ntiwongere kumbera umuherezi+; ko uguma wibagira itegeko ry’Imana yawe+, nanje rero nzokwibagira abana bawe+.