Guharura 31:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Nuhōre+ bene Isirayeli ku Bamidiyani+. Mu nyuma uzohamvya ab’iwanyu+.” Yeremiya 48:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Arakavumwa uwurangurana urwangara igikorwa ca Yehova+! Arakavumwa uwima inkota yiwe amaraso! Ezekiyeli 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Umutama, umusore, umwigeme w’isugi, umwana muto n’abagore+, mwice, emwe, muhonye. Mugabo umuntu wese ariko ikimenyetso ntimumwegere+, kandi muhere aheranda hanje+.” Nuko bahera ku batama bari imbere ya nya nzu+.
6 Umutama, umusore, umwigeme w’isugi, umwana muto n’abagore+, mwice, emwe, muhonye. Mugabo umuntu wese ariko ikimenyetso ntimumwegere+, kandi muhere aheranda hanje+.” Nuko bahera ku batama bari imbere ya nya nzu+.