Kuvayo 19:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nuko abwira abantu ati: “Nimwitegure+ muri iyi misi itatu. Ntimwegere icitwa umugore+.” Imigani 5:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 None ga mwananje, kubera iki wotwarwa ubwenge n’umugore w’igihumbu* canke ukagumbira igikiriza c’umugore w’umunyamahangakazi+? Luka 10:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ntimutware isaho, canke umupfuko w’ibifungurwa+, canke inkweto*, kandi mu nzira ntihagire umuntu n’umwe mugumbira+ mu kumuramutsa.
20 None ga mwananje, kubera iki wotwarwa ubwenge n’umugore w’igihumbu* canke ukagumbira igikiriza c’umugore w’umunyamahangakazi+?
4 Ntimutware isaho, canke umupfuko w’ibifungurwa+, canke inkweto*, kandi mu nzira ntihagire umuntu n’umwe mugumbira+ mu kumuramutsa.