Itanguriro 41:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Farawo atumako rero Yozefu+, kugira bamuzane ningoga bamukuye mu cobo c’ibohero+. Nuko arimosha+ yongera ahindura imitamana yiwe+, araheza yinjira kwa Farawo. Itanguriro 41:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Ni wewe uzogaba inzu yanje+, kandi abantu banje bose bazokugamburukira baherezeko+. Ku bijanye n’intebe y’ubwami gusa ni ho nzokuruta+.”
14 Farawo atumako rero Yozefu+, kugira bamuzane ningoga bamukuye mu cobo c’ibohero+. Nuko arimosha+ yongera ahindura imitamana yiwe+, araheza yinjira kwa Farawo.
40 Ni wewe uzogaba inzu yanje+, kandi abantu banje bose bazokugamburukira baherezeko+. Ku bijanye n’intebe y’ubwami gusa ni ho nzokuruta+.”