ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 30:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Kuko nzi neza yuko uzonsubiza mu rupfu+,

      No mu nzu y’ihuriro ry’abazima bose.

  • Umusiguzi 3:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Vyose bija ahantu hamwe+. Vyose vyavuye mu mukungugu+, kandi vyose bisubira mu mukungugu+.

  • Ezekiyeli 18:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Raba! Abantu bose ni abanje+. Se w’umwana+, cokimwe n’umwana, ni abanje+. Umuntu* acumura+ ni we azopfa+.

  • Abaroma 5:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ni co gituma, nk’uko igicumuro cinjiye mw’isi biciye ku muntu umwe+ urupfu+ na rwo rukazanwa n’igicumuro, gutyo urupfu rugakwira ku bantu bose kuko bose bari baracumuye+...

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika