Abaroma 5:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kandi si ivyo gusa, ahubwo twigine igihe turi mu makuba+, kuko tuzi yuko amakuba azana ukwihangana+; 2 Abakorinto 4:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko naho amakuba ari ay’akanya gato+ kandi ahwahutse, atuzanira ubuninahazwa bw’uburemere burushiriza kuba ubuhebuje kandi bw’ibihe bidahera+; 2 Abakorinto 7:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko umubabaro uhuye n’ukugomba kw’Imana utuma haba ukwigaya gushikana ku bukiriro ata wushobora kwicuza+; mugabo umubabaro w’isi uzana urupfu+. Abaheburayo 12:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ego ni ko, nta gutozwa indero kuboneka uwo mwanya ko guteye umunezero, ahubwo kuboneka nk’uguteye intuntu+; yamara mu nyuma, ku bamenyerejwe na kwo, kwama icamwa c’amahoro+, ari co bugororotsi+.
3 Kandi si ivyo gusa, ahubwo twigine igihe turi mu makuba+, kuko tuzi yuko amakuba azana ukwihangana+;
17 Kuko naho amakuba ari ay’akanya gato+ kandi ahwahutse, atuzanira ubuninahazwa bw’uburemere burushiriza kuba ubuhebuje kandi bw’ibihe bidahera+;
10 Kuko umubabaro uhuye n’ukugomba kw’Imana utuma haba ukwigaya gushikana ku bukiriro ata wushobora kwicuza+; mugabo umubabaro w’isi uzana urupfu+.
11 Ego ni ko, nta gutozwa indero kuboneka uwo mwanya ko guteye umunezero, ahubwo kuboneka nk’uguteye intuntu+; yamara mu nyuma, ku bamenyerejwe na kwo, kwama icamwa c’amahoro+, ari co bugororotsi+.