Luka 9:62 Bibiliya y’isi nshasha 62 Yezu amubwira ati: “Nta muntu ashize ukuboko kw’isuka irimishwa n’ibitungwa+ araba ibiri inyuma+, abereye ubwami bw’Imana.” Abafilipi 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Bene wacu, siniyumvira ko ubwanje namaze kugicakira; mugabo ico nzi co ni iki: Mu kwibagira ibiri inyuma+ nkaramiriza ku biri imbere+,
62 Yezu amubwira ati: “Nta muntu ashize ukuboko kw’isuka irimishwa n’ibitungwa+ araba ibiri inyuma+, abereye ubwami bw’Imana.”
13 Bene wacu, siniyumvira ko ubwanje namaze kugicakira; mugabo ico nzi co ni iki: Mu kwibagira ibiri inyuma+ nkaramiriza ku biri imbere+,