Gusubira mu vyagezwe 29:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 “Ibintu bihishijwe+ ni ivya Yehova Imana yacu, ariko ibihishuwe+ ni ivyacu n’abana bacu gushika igihe kitagira urugero, kugira dushitse amajambo yose y’iri tegeko+. Yobu 28:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ariko ubukerebutsi ga yemwe, umuntu yobusanga hehe+?Ahantu ugutegera kuba ni hehe? Zaburi 119:114 Bibiliya y’isi nshasha 114 Uri ubwihisho bwanje n’inkinzo yanje+.Narindiriye ijambo ryawe+.
29 “Ibintu bihishijwe+ ni ivya Yehova Imana yacu, ariko ibihishuwe+ ni ivyacu n’abana bacu gushika igihe kitagira urugero, kugira dushitse amajambo yose y’iri tegeko+.