Luka 17:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 bararya, baranywa, abagabo bararongora, abagore barashingirwa, gushika ku musi Nowa yinjira mu bwato, hanyuma isegenya rirashika, ribatikiza bose+. Luka 17:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Mugabo ku musi Loti yaviriye i Sodomu, haraguye imvura y’umuriro n’amazuku bivuye mw’ijuru, bibatikiza bose+.
27 bararya, baranywa, abagabo bararongora, abagore barashingirwa, gushika ku musi Nowa yinjira mu bwato, hanyuma isegenya rirashika, ribatikiza bose+.
29 Mugabo ku musi Loti yaviriye i Sodomu, haraguye imvura y’umuriro n’amazuku bivuye mw’ijuru, bibatikiza bose+.