ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 37:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Umubisha aragurana ntiyishure+,

      Mugabo umugororotsi agira impuhwe kandi agatanga ingabirano+.

  • Luka 6:38
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 38 Mugire akamenyero ko gutanga, namwe bazobaha+. Bazobasukira mu bikondorero vyanyu ingero nziza, itsindagiye, inyingishe kandi isesekaye. Kuko ingero mugeresha ari yo namwe bazobagererako+.”

  • Ivyakozwe 4:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Vyongeye, abantu indiri bari bemeye bari bahuje umutima n’inama+, kandi nta n’umwe yavuga yuko hari ico mu vyo atunze cari rwiwe; mugabo bari basangiye vyose+.

  • 2 Abakorinto 9:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Umwe wese nagire nk’uko yavyiyemeje mu mutima wiwe, atabigiranye umwikomo+ canke ngo abigire agoberewe, kuko Imana ikunda uwutangana akamwemwe+.

  • 1 Timoteyo 6:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 ubategeke gukora ivyiza+, kuba abatunzi mu bikorwa vyiza+, gutanga batitangira, bagabirije gusangira n’abandi+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika