ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 15:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kuko hagati mu gihugu hatazokwigera habura umworo+. Ni co gituma ndagutegetse, nti: ‘Uze upfumbatururire cane ikiganza cawe mwene wanyu w’umurushwa kandi w’umworo mu gihugu cawe+.’

  • Yobu 31:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Nimba nahora nankira abantu batobato ikibahimbara+,

      N’amaso y’umupfakazi ngatuma agwabira+,

  • Zaburi 112:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Yaratanze cane; yarahaye aboro+.

      צ [Tsade]

      Ubugororotsi bwiwe bwamaho ibihe bidahera+.

      ק [Kofu]

      Ihembe ryiwe rizoshirwa hejuru mu buninahazwa+.

  • Imigani 14:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Uwusuzugura mugenziwe aba acumuye+, mugabo hahiriwe uwugirira ubutoni abarushwa+.

  • Imigani 19:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Uwugirira ubutoni umuntu mutoyi aba aguranye Yehova+, kandi ivyo akoze azobimwishura+.

  • Umusiguzi 11:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Nuhe umugabane abantu indwi, canke mbere umunani+, kuko utazi icago kizoshika kw’isi+.

  • 2 Timoteyo 1:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Umukama agirire imbabazi urugo rwa Onesiforo+, kuko kenshi yanduhuye+, kandi ntiyatewe isoni n’imvuto zanje+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika