Gusubira mu vyagezwe 26:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze atuzana aha hantu aduha iki gihugu, igihugu gitemba amata n’ubuki+. Indirimbo ya Salomo 4:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Iminwa yawe iguma itonyanga ubuki bw’ikimamara+, ewe mugeni wanje! Ubuki+ n’amata biri munsi y’ururimi rwawe, ugutamirana kw’impuzu zawe na kwo ni nk’ugutamirana+ kwa Libani. Yesaya 7:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Azorya amasoro n’ubuki niyamenya kwanka ikibi no guhitamwo iciza+.
11 Iminwa yawe iguma itonyanga ubuki bw’ikimamara+, ewe mugeni wanje! Ubuki+ n’amata biri munsi y’ururimi rwawe, ugutamirana kw’impuzu zawe na kwo ni nk’ugutamirana+ kwa Libani.