Kuvayo 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ndamanutse rero kubarokora mu kuboko kw’Abanyamisiri+, ndabadugane ndabakure muri ico gihugu, ndabajane mu gihugu ciza kandi cagutse, igihugu gitemba amata n’ubuki+, ahantu h’Abanyakanani n’Abaheti n’Abamori n’Abaperizi n’Abahiwi n’Abayebusi+. Gusubira mu vyagezwe 8:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 igihugu c’ingano na sayiri* n’imizabibu n’insukoni n’amakomamanga+, igihugu c’imyelayo itanga amavuta menshi kikaba n’igihugu c’ubuki+, Ezekiyeli 20:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Uwo musi naradugije ukuboko+ ndabarahira ko nzobakura mu gihugu ca Misiri nkabajana mu gihugu nari natase ku bwabo, igihugu gitemba amata n’ubuki+. Cari ikirezi mu bihugu vyose+.
8 Ndamanutse rero kubarokora mu kuboko kw’Abanyamisiri+, ndabadugane ndabakure muri ico gihugu, ndabajane mu gihugu ciza kandi cagutse, igihugu gitemba amata n’ubuki+, ahantu h’Abanyakanani n’Abaheti n’Abamori n’Abaperizi n’Abahiwi n’Abayebusi+.
8 igihugu c’ingano na sayiri* n’imizabibu n’insukoni n’amakomamanga+, igihugu c’imyelayo itanga amavuta menshi kikaba n’igihugu c’ubuki+,
6 Uwo musi naradugije ukuboko+ ndabarahira ko nzobakura mu gihugu ca Misiri nkabajana mu gihugu nari natase ku bwabo, igihugu gitemba amata n’ubuki+. Cari ikirezi mu bihugu vyose+.