Itanguriro 30:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nuko Rubeni+ agenda gutembera mu misi y’iyimbura ry’ingano+ maze aronka amadudayimu mu gahinga. Ayazanira rero Leya nyina wiwe. Maze Rasheli abwira Leya ati: “Ndakwinginze umpe ku madudayimu+ y’umuhungu wawe.”
14 Nuko Rubeni+ agenda gutembera mu misi y’iyimbura ry’ingano+ maze aronka amadudayimu mu gahinga. Ayazanira rero Leya nyina wiwe. Maze Rasheli abwira Leya ati: “Ndakwinginze umpe ku madudayimu+ y’umuhungu wawe.”