1 Abakorinto 7:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 kandi aba abangikanije. Vyongeye, umugore atubatse, n’umwigeme w’isugi, aganyishwa n’ivy’Umukama+, ko yoba mweranda mu mubiri no mu mutima wiwe. Ariko umugore yubatse aganyishwa n’ivy’isi, ingene yoshimwa n’umugabo wiwe+. Abakolosayi 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nimwice+ rero ibihimba vy’umubiri+ wanyu biri kw’isi ku bijanye n’ubusambanyi, ubuhumane, inambu y’umubiri+, ivyipfuzo vyonona, n’umwina+ ari kwo gusenga ibigirwamana. 1 Petero 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mugumane ingeso nziza mu mahanga+, kugira ngo mu kintu babavugamwo nabi nk’inkozi z’ibibi, bivuye ku bikorwa vyanyu vyiza+ bibonera, baninahaze Imana ku musi w’igendura ryayo+.
34 kandi aba abangikanije. Vyongeye, umugore atubatse, n’umwigeme w’isugi, aganyishwa n’ivy’Umukama+, ko yoba mweranda mu mubiri no mu mutima wiwe. Ariko umugore yubatse aganyishwa n’ivy’isi, ingene yoshimwa n’umugabo wiwe+.
5 Nimwice+ rero ibihimba vy’umubiri+ wanyu biri kw’isi ku bijanye n’ubusambanyi, ubuhumane, inambu y’umubiri+, ivyipfuzo vyonona, n’umwina+ ari kwo gusenga ibigirwamana.
12 Mugumane ingeso nziza mu mahanga+, kugira ngo mu kintu babavugamwo nabi nk’inkozi z’ibibi, bivuye ku bikorwa vyanyu vyiza+ bibonera, baninahaze Imana ku musi w’igendura ryayo+.