Yesaya 10:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ni co gituma Umukama w’ukuri, Yehova nyen’ingabo, azoguma arungika indwara y’ubugesera ku badoshe biwe+, kandi munsi y’ubuninahazwa bwiwe ukururumba kuzoguma kururumba nk’ukururumba kw’umuriro+. Yesaya 17:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba kuri uwo musi: ubuninahazwa bwa Yakobo buzoja hasi+, mbere n’ukunura kw’umubiri wiwe kuzonamba+.
16 Ni co gituma Umukama w’ukuri, Yehova nyen’ingabo, azoguma arungika indwara y’ubugesera ku badoshe biwe+, kandi munsi y’ubuninahazwa bwiwe ukururumba kuzoguma kururumba nk’ukururumba kw’umuriro+.
4 “Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba kuri uwo musi: ubuninahazwa bwa Yakobo buzoja hasi+, mbere n’ukunura kw’umubiri wiwe kuzonamba+.