ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 26:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Kandi nzorungika muri mwebwe ibikoko vyo mu gahinga+, na vyo ata gukeka bizobahekura+, bimare ibitungwa vyanyu vyongere bigabanye igitigiri canyu, n’amayira yanyu acike vy’ukuri umusaka+.

  • Yeremiya 8:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 “Amasigarira yose azoba asigaye muri uyu muryango mubi ahantu hose abasigaye bazoba bari, iyo nzoba nabashwiragirije+, azohitamwo urupfu aho guhitamwo ubuzima+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.

  • Ezekiyeli 14:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 “Kuko ibi ari vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ukwo nyene ni ko bizomera nihaba za manza zanje zine z’ubugesera+—inkota n’ikigoyi n’igikoko kiryana be n’ikiza+—izo nzorungika vy’ukuri kuri Yeruzalemu kugira ngo ndaharandure icitwa umuntu yakuwe mw’ivu be n’igitungwa+.

  • Amosi 5:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 ni nk’igihe umuntu ahunga intambwe hanyuma agahura n’idubu; kandi ni nk’igihe yinjira mu nzu, agafadikiza ikiganza ciwe ku ruhome, hanyuma inzoka ikamukomora+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika