ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 24:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 avuga ati: “Hahezagirwe Yehova+ Imana ya databuja Aburahamu, we ataretse kugirira databuja ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe n’ubwizigirwa bwiwe. Igihe nari ku nzira, Yehova yanyoboye ku nzu ya bene wabo na databuja+.”

  • Guharura 23:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Imana si umuntu ngo ibeshe+,

      Canke umwana w’abantu ngo yicuze+.

      Mbega ico ubwayo ivuze, ntigikora?

      Mbega iryo ivumereye, ntirishitsa+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika