Yesaya 60:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko, ehe umwiza+ uzopfuka isi, umuzimagiza w’umuzitanya na wo upfuke imiryango y’amahanga; mugabo wewe Yehova azokurasirako umuco, kandi ubuninahazwa bwiwe buzokubonekako+. Luka 2:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 umuco+ wo gukura icitwikiro+ ku mahanga+ be n’ubuninahazwa bw’igisata cawe Isirayeli.” Ivyakozwe 17:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Ego ni ko, Imana yarirengagije ibihe vy’ukutamenya mwene ukwo+, yamara ubu iriko ibwira abantu yuko bose aho bari hose bakwiye kwigaya+. 2 Abakorinto 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 tutagira nka ca gihe Musa yashira icitwikiro+ mu maso hiwe, kugira ngo bene Isirayeli ntibitegereze iherezo+ rya kimwe cabwirizwa gukurwaho. 2 Abakorinto 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 muri bo imana y’iki gihe*+ ikaba yarahumye imizirikanyi y’abatemera+, ngo umuco+ wa ya nkuru nziza ininahaye+ yerekeye Kristu we shusho+ y’Imana, ntushobore kumenēra+. Abanyefeso 5:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 kuko kera mwari umwiza+, mugabo ubu muri umuco+ mu bijanye n’Umukama. Mubandanye kugenda nk’abana b’umuco,
2 Kuko, ehe umwiza+ uzopfuka isi, umuzimagiza w’umuzitanya na wo upfuke imiryango y’amahanga; mugabo wewe Yehova azokurasirako umuco, kandi ubuninahazwa bwiwe buzokubonekako+.
30 Ego ni ko, Imana yarirengagije ibihe vy’ukutamenya mwene ukwo+, yamara ubu iriko ibwira abantu yuko bose aho bari hose bakwiye kwigaya+.
13 tutagira nka ca gihe Musa yashira icitwikiro+ mu maso hiwe, kugira ngo bene Isirayeli ntibitegereze iherezo+ rya kimwe cabwirizwa gukurwaho.
4 muri bo imana y’iki gihe*+ ikaba yarahumye imizirikanyi y’abatemera+, ngo umuco+ wa ya nkuru nziza ininahaye+ yerekeye Kristu we shusho+ y’Imana, ntushobore kumenēra+.
8 kuko kera mwari umwiza+, mugabo ubu muri umuco+ mu bijanye n’Umukama. Mubandanye kugenda nk’abana b’umuco,