ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 14:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Sinkivugana vyinshi namwe, kuko umutware+ w’isi ariko araza. Kandi nta bubasha amfiseko+,

  • Abanyefeso 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 ivyo mwagenderamwo kera mwisunga ibintu*+ vy’iyi si, mwisunga umutware+ w’ububasha bw’ikirere, ya mpwemu+ ubu ikorera mu bana b’ubugambarazi+.

  • 1 Yohani 5:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Turazi ko dukomoka ku Mana+, mugabo isi yose iri mu bubasha bwa wa mubisha+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika