Zaburi 63:1 Bibiliya y’isi nshasha 63 Ewe Mana, uri Imana yanje, nguma nkurondera+.Umutima wanje urakunyotewe vy’ukuri+.Umubiri wanje urabitswe no kugucambirwaMu gihugu cumye kandi kirushe, hatagira amazi+. Zaburi 77:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nzokwibuka umuziki wanje w’umurya mw’ijoro+;Nzogira amaganya n’umutima wanje+,Kandi umushaha wanje uzorondera uvyitondeye.
63 Ewe Mana, uri Imana yanje, nguma nkurondera+.Umutima wanje urakunyotewe vy’ukuri+.Umubiri wanje urabitswe no kugucambirwaMu gihugu cumye kandi kirushe, hatagira amazi+.
6 Nzokwibuka umuziki wanje w’umurya mw’ijoro+;Nzogira amaganya n’umutima wanje+,Kandi umushaha wanje uzorondera uvyitondeye.