Kuvayo 15:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Inkomezi zanje n’ubushobozi bwanje ni Ya*+, kuko ambera ubukiriro+.Iyi ni yo Mana yanje, nanje nzoyihaya+; ni Imana ya data+, nanje nzoyiduza hejuru+. Yesaya 26:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Narakwipfuje n’umutima wanje mw’ijoro+; egome, nguma nkurondera n’umushaha wanje muri jewe+; kuko, nihaba imanza zivuye iwawe ku bw’isi+, ubugororotsi+ ni bwo ababa ku butaka bwimbuka bazokwiga+.
2 Inkomezi zanje n’ubushobozi bwanje ni Ya*+, kuko ambera ubukiriro+.Iyi ni yo Mana yanje, nanje nzoyihaya+; ni Imana ya data+, nanje nzoyiduza hejuru+.
9 Narakwipfuje n’umutima wanje mw’ijoro+; egome, nguma nkurondera n’umushaha wanje muri jewe+; kuko, nihaba imanza zivuye iwawe ku bw’isi+, ubugororotsi+ ni bwo ababa ku butaka bwimbuka bazokwiga+.