Zaburi 86:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nkorera ikimenyetso cerekana ukumera neza kwawe,Kugira ngo abanyanka babibone, bamaramare+.Kuko wewe ubwawe, ewe Yehova, wantabaye, ukampoza+. 1 Petero 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mugire ijwi ryo mu mutima ryiza+, kugira ngo mu kintu nyene muvugwamwo nabi, abatyoza ingeso nziza zanyu mu bijanye na Kristu+ bamaramare+. Ivyahishuwe 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ehe nzotanga abo mw’isinagogi ya Shetani bavuga ko ari Abayuda+ yamara atari bo, ahubwo babesha+—ehe nzotuma baza bikubite+ imbere y’ibirenge vyawe nongere ndabamenyeshe yuko nagukunze.
17 Nkorera ikimenyetso cerekana ukumera neza kwawe,Kugira ngo abanyanka babibone, bamaramare+.Kuko wewe ubwawe, ewe Yehova, wantabaye, ukampoza+.
16 Mugire ijwi ryo mu mutima ryiza+, kugira ngo mu kintu nyene muvugwamwo nabi, abatyoza ingeso nziza zanyu mu bijanye na Kristu+ bamaramare+.
9 Ehe nzotanga abo mw’isinagogi ya Shetani bavuga ko ari Abayuda+ yamara atari bo, ahubwo babesha+—ehe nzotuma baza bikubite+ imbere y’ibirenge vyawe nongere ndabamenyeshe yuko nagukunze.