Zaburi 121:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Raba! Ntazohunyiza canke ngo asinzire+,Umwe arinda Isirayeli+. Yesaya 46:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Gushika no mu busaza bwanyu, ndi wa wundi nyene+; kandi gushika mugize imvi ku mutwe, jewe nzoguma ndabashigikiye+. Jewe nzogira ico nkoze koko+, kugira jewe ndabaterure, no kugira jewe ndabashigikire nongere ndabarokore+.
4 Gushika no mu busaza bwanyu, ndi wa wundi nyene+; kandi gushika mugize imvi ku mutwe, jewe nzoguma ndabashigikiye+. Jewe nzogira ico nkoze koko+, kugira jewe ndabaterure, no kugira jewe ndabashigikire nongere ndabarokore+.