Yosuwa 24:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze Yosuwa abwira abantu bose ati: “Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Hakurya ya rwa Ruzi+ ni ho ba sogokuruza banyu+ baba kera, harimwo na Tera se wa Aburahamu akaba na se wa Nahori+, kandi bakorera izindi mana.
2 Maze Yosuwa abwira abantu bose ati: “Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Hakurya ya rwa Ruzi+ ni ho ba sogokuruza banyu+ baba kera, harimwo na Tera se wa Aburahamu akaba na se wa Nahori+, kandi bakorera izindi mana.