ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 9:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Mu burake bwa Yehova nyen’ingabo igihugu kiradometswe, kandi abantu bazocika nk’indya z’umuriro+. Nta n’uwuzogirira impuhwe mwene wabo+.

  • Yeremiya 15:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kandi nzotuma bijabukana n’abansi bawe mu gihugu utazi+. Kuko umuriro udometswe mw’ishavu ryanje+. Ni mwebwe ucaniwe.”

  • Yeremiya 17:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Kandi warekuye intoranwa yawe nari naraguhaye, egome, uyirekura bikwiviriyeko+. Nzotuma rero ukorera abansi bawe mu gihugu utamenye+; kuko mwadometswe nk’umuriro mw’ishavu ryanje+. Uzoguma waka gushika igihe kitagira urugero.”

  • Zefaniya 1:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ceceka imbere y’Umukama Segaba Yehova+; kuko umusi wa Yehova uri hafi+, kuko Yehova yateguye ikimazi+; yejeje+ abatumire biwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika