Abalewi 26:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Muzoyogerera mu mahanga+, kandi igihugu c’abansi banyu kizobarigata. Yeremiya 16:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nzobakura muri iki gihugu+ ndabararirize mu gihugu mutamenye+, yaba mwebwe canke ba so, kandi ng’aho muzobwirizwa gukorera izindi mana+ umurango n’ijoro, kuko ntazobagirira ubutoni.”’ Yeremiya 17:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi warekuye intoranwa yawe nari naraguhaye, egome, uyirekura bikwiviriyeko+. Nzotuma rero ukorera abansi bawe mu gihugu utamenye+; kuko mwadometswe nk’umuriro mw’ishavu ryanje+. Uzoguma waka gushika igihe kitagira urugero.” Amosi 5:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Nzotuma muja mu bunyagano hakurya ya Damasiko+,’ ni ko umwe yitwa Yehova Imana nyen’ingabo avuze+.”
13 Nzobakura muri iki gihugu+ ndabararirize mu gihugu mutamenye+, yaba mwebwe canke ba so, kandi ng’aho muzobwirizwa gukorera izindi mana+ umurango n’ijoro, kuko ntazobagirira ubutoni.”’
4 Kandi warekuye intoranwa yawe nari naraguhaye, egome, uyirekura bikwiviriyeko+. Nzotuma rero ukorera abansi bawe mu gihugu utamenye+; kuko mwadometswe nk’umuriro mw’ishavu ryanje+. Uzoguma waka gushika igihe kitagira urugero.”
27 Nzotuma muja mu bunyagano hakurya ya Damasiko+,’ ni ko umwe yitwa Yehova Imana nyen’ingabo avuze+.”