Yesaya 47:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mugabo ibi bintu bibiri bizokuzako bukwi na bukwi, ku musi umwe+: ukubura abana n’ugupfakara. Emwe, bizokuzako ku rugero rwuzuye+, kubera umurengera w’ubupfumu bwawe, kubera ubushobozi bwose bw’imitongero yawe—bimwe birengeje+. Yesaya 48:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Ivya mbere narabihishuye mbere kuva ico gihe, bisohoka bivuye mu kanwa kanje, kandi nagumye ndavyumvikanisha+. Bukwi na bukwi naragize ico nkoze, biraheza birashika+.
9 Mugabo ibi bintu bibiri bizokuzako bukwi na bukwi, ku musi umwe+: ukubura abana n’ugupfakara. Emwe, bizokuzako ku rugero rwuzuye+, kubera umurengera w’ubupfumu bwawe, kubera ubushobozi bwose bw’imitongero yawe—bimwe birengeje+.
3 “Ivya mbere narabihishuye mbere kuva ico gihe, bisohoka bivuye mu kanwa kanje, kandi nagumye ndavyumvikanisha+. Bukwi na bukwi naragize ico nkoze, biraheza birashika+.