ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 28:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 “Kandi nutumviriza ijwi rya Yehova Imana yawe mu kwitwararika gushitsa amabwirizwa yiwe yose n’ivyagezwe vyiwe ndagutegetse uno musi, iyi mivumo yose rero izokuzako, iguhamvye+:

  • Yesaya 41:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 “Nimuzane ibintu bizoba, mubitubwire. Ivya mbere muvuge ivyo ari vyo, kugira ngo tubishireko umutima kandi tumenye kazoza kavyo. Canke nimutwumvishe ibiriko biraza+.

  • Yesaya 42:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 “Ivya mbere—ng’ivyo vyaje+, mugabo ndiko menyesha ibishasha. Imbere y’uko biseruka, ndabibumvisha+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika