Yesaya 10:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba: Yehova niyarangiza igikorwa ciwe cose ku musozi Siyoni n’i Yeruzalemu, nzogira ico mbaza ku bw’ivyamwa vy’ukutisonera kw’umutima w’umwami wa Ashuri, no ku bw’ukwibona ubuhambare kw’amaso yiwe yishira hejuru+. Yeremiya 51:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nzokwishura Babiloni n’ababa muri Kaludaya bose ububi bwabo bwose bakoreye i Siyoni mu maso yanyu+,” ni ko Yehova avuze.
12 “Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba: Yehova niyarangiza igikorwa ciwe cose ku musozi Siyoni n’i Yeruzalemu, nzogira ico mbaza ku bw’ivyamwa vy’ukutisonera kw’umutima w’umwami wa Ashuri, no ku bw’ukwibona ubuhambare kw’amaso yiwe yishira hejuru+.
24 Nzokwishura Babiloni n’ababa muri Kaludaya bose ububi bwabo bwose bakoreye i Siyoni mu maso yanyu+,” ni ko Yehova avuze.