ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 12:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Yongera kuvuga ati: “Genda Daniyeli, kuko aya majambo yagizwe akabanga kandi akabikwa nk’ayadomweko ikidodo gushika mu gihe c’iherezo+.

  • Matayo 11:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Muri uwo mwanya Yezu aca avuga ati: “Ndagushemeza icese, Data, Mukama w’ijuru n’isi, kuko ivyo wabihishije inkerebutsi n’incabwenge, ukabihishurira inzoya+.

  • Matayo 13:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Arishura ati: “Mwebwe mwarahawe gutegera amabanga meranda+ y’ubwami bwo mw’ijuru, mugabo bobo ntibabihawe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika