Yesaya 29:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Baragowe abagera kure cane mu guhisha inama Yehova ubwiwe+, ibikorwa vyabo bikabera ahantu h’umwiza+, bakavuga bati: “Ni nde atubona, kandi ni nde atuzi+?” Hoseya 4:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Bazorya koko, mugabo ntibazohaga+. Bazofata abagore nk’aho ari abamaraya; mugabo ntibazokwongerekana+, kuko baretse kwitaho Yehova ubwiwe+. 1 Abatesalonika 4:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko rero, uwubikengera+ ntaba akengereye umuntu, ahubwo aba akengereye Imana+, yo ishira impwemu nyeranda+ yayo muri mwebwe.
15 Baragowe abagera kure cane mu guhisha inama Yehova ubwiwe+, ibikorwa vyabo bikabera ahantu h’umwiza+, bakavuga bati: “Ni nde atubona, kandi ni nde atuzi+?”
10 Bazorya koko, mugabo ntibazohaga+. Bazofata abagore nk’aho ari abamaraya; mugabo ntibazokwongerekana+, kuko baretse kwitaho Yehova ubwiwe+.
8 Nuko rero, uwubikengera+ ntaba akengereye umuntu, ahubwo aba akengereye Imana+, yo ishira impwemu nyeranda+ yayo muri mwebwe.