Abalewi 26:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 “‘Abasigaye bo muri mwebwe+, nzozana koko ubwoba mu mitima yabo mu bihugu vy’abansi babo. Kandi urwamo rw’ibabi riguruwe n’umuyaga ruzobakinagiza, bahunge nk’abahunga inkota, bagwe ata wubakinagiza+. Gusubira mu vyagezwe 32:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Mbega umwe yokinagiza gute igihumbi,Babiri na bo bakomora ibihumbi cumi+,Gitandara cabo atabagurishije+,Yehova atabatanze?
36 “‘Abasigaye bo muri mwebwe+, nzozana koko ubwoba mu mitima yabo mu bihugu vy’abansi babo. Kandi urwamo rw’ibabi riguruwe n’umuyaga ruzobakinagiza, bahunge nk’abahunga inkota, bagwe ata wubakinagiza+.
30 Mbega umwe yokinagiza gute igihumbi,Babiri na bo bakomora ibihumbi cumi+,Gitandara cabo atabagurishije+,Yehova atabatanze?